Itanguriro 24:47 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 47 Inyuma y’aho naciye ndamubaza nti: “Uri umukobwa wa nde?” Na we ati: “Ndi umukobwa wa Betuweli, Betuweli umuhungu Milika yavyariye Nahori.” Naciye ndamwambika ihereni ku zuru n’ibikomo ku maboko+.
47 Inyuma y’aho naciye ndamubaza nti: “Uri umukobwa wa nde?” Na we ati: “Ndi umukobwa wa Betuweli, Betuweli umuhungu Milika yavyariye Nahori.” Naciye ndamwambika ihereni ku zuru n’ibikomo ku maboko+.