Itanguriro 25:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Iyi ni inkuru yigana kahise ka Ishimayeli+ umuhungu wa Aburahamu, uwo yavyaranye na Hagari+ Umunyamisiri, umusukukazi wa Sara.
12 Iyi ni inkuru yigana kahise ka Ishimayeli+ umuhungu wa Aburahamu, uwo yavyaranye na Hagari+ Umunyamisiri, umusukukazi wa Sara.