Itanguriro 27:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Yakobo abwira nyina wiwe Rebeka ati: «Esawu mwenewacu afise ubwoya bwinshi+, ariko jewe nta bwo mfise.
11 Yakobo abwira nyina wiwe Rebeka ati: «Esawu mwenewacu afise ubwoya bwinshi+, ariko jewe nta bwo mfise.