Itanguriro 27:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Esawu ngo yumve ivyo se wiwe avuze, aca araturikisha ararira, araboroga n’intuntu nyinshi, avuga ati: «Mpezagira da! Mpezagira nanje+!»
34 Esawu ngo yumve ivyo se wiwe avuze, aca araturikisha ararira, araboroga n’intuntu nyinshi, avuga ati: «Mpezagira da! Mpezagira nanje+!»