Itanguriro 3:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yehova Imana avuga ati: «Ehe wa muntu yabaye nk’umwe muri twebwe ku bijanye no kumenya iciza n’ikibi+. Ubu rero, kugira ntahave yamura n’ivyamwa vy’igiti c’ubuzima+ akabirya maze akabaho ibihe bidahera . . .» Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:22 Umunara w’Inderetsi,1/1/2011, rup. 7-815/10/2003, rup. 271/5/1999, rup. 8
22 Yehova Imana avuga ati: «Ehe wa muntu yabaye nk’umwe muri twebwe ku bijanye no kumenya iciza n’ikibi+. Ubu rero, kugira ntahave yamura n’ivyamwa vy’igiti c’ubuzima+ akabirya maze akabaho ibihe bidahera . . .»