Itanguriro 28:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Nuko Izahaki arungika Yakobo, aja i Padani-Aramu kwa Labani umuhungu wa Betuweli Umwaramu+. Labani yari musaza wa Rebeka+ nyina wa Yakobo na Esawu.
5 Nuko Izahaki arungika Yakobo, aja i Padani-Aramu kwa Labani umuhungu wa Betuweli Umwaramu+. Labani yari musaza wa Rebeka+ nyina wa Yakobo na Esawu.