Itanguriro 29:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Labani+ akimara kwumva amakuru ya Yakobo umuhungu wa mushikiwe, aca yiruka kumusanganira, aramugumbira, aramusoma maze amujana muhira iwe. Na we aca atangura kwiganira Labani ivyari vyamushikiye vyose.
13 Labani+ akimara kwumva amakuru ya Yakobo umuhungu wa mushikiwe, aca yiruka kumusanganira, aramugumbira, aramusoma maze amujana muhira iwe. Na we aca atangura kwiganira Labani ivyari vyamushikiye vyose.