Itanguriro 29:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Kubera yuko Yakobo yakunda cane Rasheli, abwira Labani ati: «Ndemeye kugukorera imyaka indwi kugira umpe Rasheli umukobwa wawe mutoyi+.» Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 29:18 Umunara w’Inderetsi,15/10/2003, rup. 29
18 Kubera yuko Yakobo yakunda cane Rasheli, abwira Labani ati: «Ndemeye kugukorera imyaka indwi kugira umpe Rasheli umukobwa wawe mutoyi+.»