Itanguriro 29:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Labani kandi afata Biluha+ umusukukazi wiwe amuha Rasheli kugira amukorere+.