Itanguriro 29:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Asubira gusama inda, avyara umuhungu maze avuga ati: «Yehova yumvise isengesho ryanje, kubera azi ko umugabo wanje atankunda. Ni co gituma anyongeye n’uyu.» Aca amwita Simeyoni*+.
33 Asubira gusama inda, avyara umuhungu maze avuga ati: «Yehova yumvise isengesho ryanje, kubera azi ko umugabo wanje atankunda. Ni co gituma anyongeye n’uyu.» Aca amwita Simeyoni*+.