Itanguriro 29:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Yongera gusama inda, avyara umuhungu maze avuga ati: «Ubu hoho umugabo wanje azokwifatanya nanje, kuko ndamuvyariye abahungu batatu.» Ni co catumye yitwa Lewi*+.
34 Yongera gusama inda, avyara umuhungu maze avuga ati: «Ubu hoho umugabo wanje azokwifatanya nanje, kuko ndamuvyariye abahungu batatu.» Ni co catumye yitwa Lewi*+.