Itanguriro 30:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Mw’iyimbura ry’ingano, Rubeni+ yariko atembera mu gahinga aza abona ivyamwa vy’amadudayimu*, aca abizanira nyina wiwe Leya. Rasheli aca abwira Leya ati: «Ndagusavye umpe ku madudayimu umuhungu wawe yakuzaniye.» Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 30:14 Umunara w’Inderetsi,15/1/2004, rup. 28
14 Mw’iyimbura ry’ingano, Rubeni+ yariko atembera mu gahinga aza abona ivyamwa vy’amadudayimu*, aca abizanira nyina wiwe Leya. Rasheli aca abwira Leya ati: «Ndagusavye umpe ku madudayimu umuhungu wawe yakuzaniye.»