Itanguriro 30:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Leya aca avuga ati: «Imana yampaye impembo yanje, kuko umugabo wanje namuhaye umusukukazi wanje.» Nuko amwita Isakari*+.
18 Leya aca avuga ati: «Imana yampaye impembo yanje, kuko umugabo wanje namuhaye umusukukazi wanje.» Nuko amwita Isakari*+.