Itanguriro 32:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ndagusavye undokore+ mu maboko ya mwenewacu Esawu, kuko ntinya ko yohava aza akantera+, twe n’abana na ba nyina.
11 Ndagusavye undokore+ mu maboko ya mwenewacu Esawu, kuko ntinya ko yohava aza akantera+, twe n’abana na ba nyina.