Itanguriro 32:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Mumubwire kandi muti: “Umusavyi wawe Yakobo ari inyuma ariko araza.”» Kuko yibwira ati: «Hamwe nomurungikira ingabire yo kumuhoyahoya+, hari aho yonyakira neza tumaze guhura.»
20 Mumubwire kandi muti: “Umusavyi wawe Yakobo ari inyuma ariko araza.”» Kuko yibwira ati: «Hamwe nomurungikira ingabire yo kumuhoyahoya+, hari aho yonyakira neza tumaze guhura.»