Itanguriro 32:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Inyuma y’ivyo, uwo mugabo amubwira ati: «Ndekura ngende kuko bugira buce.» Yakobo amwishura ati: «Sindakurekura utabanje kumpezagira+.» Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 32:26 Umunara w’Inderetsi,1/8/2002, rup. 29
26 Inyuma y’ivyo, uwo mugabo amubwira ati: «Ndekura ngende kuko bugira buce.» Yakobo amwishura ati: «Sindakurekura utabanje kumpezagira+.»