Itanguriro 32:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Yakobo aca yita aho hantu Peniyeli*+, kuko yavuze ati: «Nabonye Imana amaso mu yandi ariko sinapfuye+.»
30 Yakobo aca yita aho hantu Peniyeli*+, kuko yavuze ati: «Nabonye Imana amaso mu yandi ariko sinapfuye+.»