-
Itanguriro 34:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Igihe Yakobo yumva ko Shekemu yononye umukobwa wiwe Dina, abahungu biwe bari baragiye ibitungwa mu gahinga. Aca aguma yinumiye gushika bagarutse.
-