Itanguriro 34:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mushake munsabe inkwano nini cane n’udushimwe twinshi+. Nditeguriye kubaha ico munsaba cose, mupfe gusa kumpa uwo mukobwa tubane.»
12 Mushake munsabe inkwano nini cane n’udushimwe twinshi+. Nditeguriye kubaha ico munsaba cose, mupfe gusa kumpa uwo mukobwa tubane.»