Itanguriro 34:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Bababwira bati: «Ntitwokwubahuka gukora ico kintu, ngo duhe mushikiwacu umugabo atagenyerewe+. Koba ari akamaramaza kuri twebwe.
14 Bababwira bati: «Ntitwokwubahuka gukora ico kintu, ngo duhe mushikiwacu umugabo atagenyerewe+. Koba ari akamaramaza kuri twebwe.