Kuvayo 2:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Muri ico gihe, umugabo umwe wo muryango wa Lewi yubakana n’umukobwa wo muri uwo muryango nyene+.