Kuvayo 2:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Mushiki w’uwo mwana+ aca ahagarara kure yiwe, kugira arabe ibiza kumushikira.