Kuvayo 2:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Na we amwishura ati: «Ni nde yakugize umuganwa n’umucamanza wacu? Ushaka kunyica nk’uko wishe wa Munyamisiri+?» Musa aca agira ubwoba, avuga ati: «Ca kintu camenyekanye!»
14 Na we amwishura ati: «Ni nde yakugize umuganwa n’umucamanza wacu? Ushaka kunyica nk’uko wishe wa Munyamisiri+?» Musa aca agira ubwoba, avuga ati: «Ca kintu camenyekanye!»