Kuvayo 3:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Imana imubwira iti: «Ntubandanye kwegera ng’aha. Kura ibirato* wambaye, kuko ahantu uhagaze ari heranda.» Kuvayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:5 Umunara w’Inderetsi,1/3/2009, rup. 15
5 Imana imubwira iti: «Ntubandanye kwegera ng’aha. Kura ibirato* wambaye, kuko ahantu uhagaze ari heranda.»