Kuvayo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yehova aca aramushavurira, amubwira ati: «None ntufise mwenewanyu, Aroni+ Umulewi? Ndazi ko azi kuvuga neza, kandi ariko araza guhura nawe. Niyakubona araza kunezerwa+.
14 Yehova aca aramushavurira, amubwira ati: «None ntufise mwenewanyu, Aroni+ Umulewi? Ndazi ko azi kuvuga neza, kandi ariko araza guhura nawe. Niyakubona araza kunezerwa+.