Kuvayo 6:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Abahungu ba Simeyoni bari Yemuweli, Yamini, Ohadi, Yakini, Zohari na Shawuli uwo yavyaranye n’Umunyakananikazi+. Iyo ni yo miryango yakomotse kuri Simeyoni.
15 Abahungu ba Simeyoni bari Yemuweli, Yamini, Ohadi, Yakini, Zohari na Shawuli uwo yavyaranye n’Umunyakananikazi+. Iyo ni yo miryango yakomotse kuri Simeyoni.