Kuvayo 6:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Aya ni yo mazina y’abahungu ba Lewi+ hisunzwe imiryango bakomokamwo: Gerushoni, Kohati na Merari+. Lewi yabayeho imyaka 137.
16 Aya ni yo mazina y’abahungu ba Lewi+ hisunzwe imiryango bakomokamwo: Gerushoni, Kohati na Merari+. Lewi yabayeho imyaka 137.