Kuvayo 10:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ibitungwa vyacu na vyo nyene tuzobitwara. Nta gitungwa* na kimwe kizosigara ng’aha, kuko ari vyo tuzokuramwo ivyo dushikanira Yehova Imana yacu, kandi ntidushobora kumenya ivyo tuzoshikanira Yehova tutarashikayo.»
26 Ibitungwa vyacu na vyo nyene tuzobitwara. Nta gitungwa* na kimwe kizosigara ng’aha, kuko ari vyo tuzokuramwo ivyo dushikanira Yehova Imana yacu, kandi ntidushobora kumenya ivyo tuzoshikanira Yehova tutarashikayo.»