Kuvayo 12:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Amaraso azoba ikimenyetso cerekana amazu murimwo. Ninabona aho ayo maraso ari nzoca ndaharengana. Nta cago kizobazako ninaza guhana igihugu ca Misiri+.
13 Amaraso azoba ikimenyetso cerekana amazu murimwo. Ninabona aho ayo maraso ari nzoca ndaharengana. Nta cago kizobazako ninaza guhana igihugu ca Misiri+.