Kuvayo 17:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ariko abantu bari banyotewe cane. Nuko baguma bidogera Musa+, bamubwira bati: «Wadukuriye iki mu Misiri? Washaka kutwicisha inyota, twe n’abana bacu n’ibitungwa vyacu?»
3 Ariko abantu bari banyotewe cane. Nuko baguma bidogera Musa+, bamubwira bati: «Wadukuriye iki mu Misiri? Washaka kutwicisha inyota, twe n’abana bacu n’ibitungwa vyacu?»