Kuvayo 19:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Abantu bose baca bishurira rimwe bati: «Ivyo Yehova avuze vyose turemeye kubikora+.» Ubwo nyene Musa aca ashira Yehova inyishu bamuhaye.
8 Abantu bose baca bishurira rimwe bati: «Ivyo Yehova avuze vyose turemeye kubikora+.» Ubwo nyene Musa aca ashira Yehova inyishu bamuhaye.