Kuvayo 19:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ntihaze hagire uwumukozako ukuboko, ahubwo muze mumwicishe amabuye canke mumutobekeranye*. Yaba ari umuntu canke igitungwa, vyose bitegerezwa gupfa+.” Ariko inzamba niyavuga+ bazoshobora kwegera umusozi.»
13 Ntihaze hagire uwumukozako ukuboko, ahubwo muze mumwicishe amabuye canke mumutobekeranye*. Yaba ari umuntu canke igitungwa, vyose bitegerezwa gupfa+.” Ariko inzamba niyavuga+ bazoshobora kwegera umusozi.»