Kuvayo 21:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Shebuja natamushima ngo amugire incoreke yiwe, mugabo agahitamwo kumugurisha ku wundi muntu*, nta burenganzira azoba afise bwo kumugurisha ku banyamahanga kuko azoba yamuhemukiye.
8 Shebuja natamushima ngo amugire incoreke yiwe, mugabo agahitamwo kumugurisha ku wundi muntu*, nta burenganzira azoba afise bwo kumugurisha ku banyamahanga kuko azoba yamuhemukiye.