Kuvayo 29:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Isuguru ya mbere uzoyishikana iri kumwe n’ic’icumi c’ingero ya efa* y’ifu inoze ivanze n’ica kane c’ingero ya hini* y’amavuta amiminye neza, hamwe n’ishikanwa ry’ibinyobwa ringana n’ica kane ca hini.
40 Isuguru ya mbere uzoyishikana iri kumwe n’ic’icumi c’ingero ya efa* y’ifu inoze ivanze n’ica kane c’ingero ya hini* y’amavuta amiminye neza, hamwe n’ishikanwa ry’ibinyobwa ringana n’ica kane ca hini.