Kuvayo 30:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Umuntu wese azokora amavuta ameze nka yo kandi akayasuka ku muntu atabifitiye uburenganzira*, ategerezwa kwicwa*+.”»
33 Umuntu wese azokora amavuta ameze nka yo kandi akayasuka ku muntu atabifitiye uburenganzira*, ategerezwa kwicwa*+.”»