Kuvayo 32:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ushaka Abanyamisiri birirwe baravuga ngo: “Bwa bundi yabakuye ino kugira abagirire nabi. Yashaka kubicira mu misozi kugira abazimanganye kw’isi+.” Ndakwinginze utsinde ishavu, uhindure* ingingo wafashe yo guteza ivyago abantu bawe.
12 Ushaka Abanyamisiri birirwe baravuga ngo: “Bwa bundi yabakuye ino kugira abagirire nabi. Yashaka kubicira mu misozi kugira abazimanganye kw’isi+.” Ndakwinginze utsinde ishavu, uhindure* ingingo wafashe yo guteza ivyago abantu bawe.