Kuvayo 32:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Bambwiye bati: “Duhingurire imana izotuja imbere kuko tutazi ivyashikiye uwo Musa, wa mugabo yadukura mu gihugu ca Misiri+.”
23 Bambwiye bati: “Duhingurire imana izotuja imbere kuko tutazi ivyashikiye uwo Musa, wa mugabo yadukura mu gihugu ca Misiri+.”