Kuvayo 33:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Yehova yongera kubwira Musa ati: «Genda muve ng’aha, mwe n’abantu wakuye mu Misiri. Nimugende mu gihugu narahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo nti: “Nzogiha uruvyaro* rwanyu+.”
33 Yehova yongera kubwira Musa ati: «Genda muve ng’aha, mwe n’abantu wakuye mu Misiri. Nimugende mu gihugu narahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo nti: “Nzogiha uruvyaro* rwanyu+.”