Kuvayo 37:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Abo bakerubi babiri bari bashanje amababa yabo araba hejuru, bayakingirije umufuniko w’isandugu+. Bararabana, kandi bari bunamye mu maso habo haraba ku mufuniko+.
9 Abo bakerubi babiri bari bashanje amababa yabo araba hejuru, bayakingirije umufuniko w’isandugu+. Bararabana, kandi bari bunamye mu maso habo haraba ku mufuniko+.