Abalewi 7:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Itegeko rigenga ishikanwa ry’igicumuro ni ryo nyene rikora kw’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha. Inyama zaryo zegukira umuherezi yarishikanye*+.
7 Itegeko rigenga ishikanwa ry’igicumuro ni ryo nyene rikora kw’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha. Inyama zaryo zegukira umuherezi yarishikanye*+.