Abalewi 8:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Hanyuma aronga mu mazi amara yayo n’amaguru* yayo, aca arayiturira yose ifumba umwotsi ku gicaniro. Ryari ishikanwa riturirwa ry’akamoto keza*, ishikanwa rya Yehova bashikanisha umuriro, nk’uko Yehova yari yabimutegetse.
21 Hanyuma aronga mu mazi amara yayo n’amaguru* yayo, aca arayiturira yose ifumba umwotsi ku gicaniro. Ryari ishikanwa riturirwa ry’akamoto keza*, ishikanwa rya Yehova bashikanisha umuriro, nk’uko Yehova yari yabimutegetse.