-
Abalewi 12:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Niyavyara umukobwa, azomara imisi 14 ahumanye nka kurya bigenda ari mu butinyanka. Mu misi 66 ikurikira, azoguma yihumanura kubera amaraso yatakaje.
-