Abalewi 16:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ya shuri y’ishikanwa ry’igicumuro na ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro, zimwe amaraso yazo yajanwa ahantu heranda kugira batange impongano, zizojanwa inyuma y’ikambi. Inshato zazo, inyama zazo n’amayezi yazo bizoturirwa+.
27 Ya shuri y’ishikanwa ry’igicumuro na ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro, zimwe amaraso yazo yajanwa ahantu heranda kugira batange impongano, zizojanwa inyuma y’ikambi. Inshato zazo, inyama zazo n’amayezi yazo bizoturirwa+.