Abalewi 22:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Umukobwa w’umuherezi yubakanye n’umugabo atari umuherezi* ntashobora kurya kuri izo ntererano zavuye ku bintu vyeranda.
12 Umukobwa w’umuherezi yubakanye n’umugabo atari umuherezi* ntashobora kurya kuri izo ntererano zavuye ku bintu vyeranda.