Abalewi 24:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Uwutyoje izina rya Yehova rero ategerezwa gupfa+. Ishengero ryose rikwiye kumwicisha amabuye. Umunyamahanga aba muri mwebwe atyoje izina ry’Imana ategerezwa kwicwa cokimwe n’imvukira.
16 Uwutyoje izina rya Yehova rero ategerezwa gupfa+. Ishengero ryose rikwiye kumwicisha amabuye. Umunyamahanga aba muri mwebwe atyoje izina ry’Imana ategerezwa kwicwa cokimwe n’imvukira.