-
Abalewi 25:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Muzosubira guteragira imbuto mu mwaka ugira umunani, kandi muzorya ibihitira gushika mu mwaka ugira icenda. Muzoguma murya ibihitira gushika ivyo mwateye vyeze.
-