Abalewi 26:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Igihe batazoba bakiba muri ico gihugu, kizokwishura amasabato yaco+ kandi kizoguma ari umusaka ata wukibamwo. Na bo bazoba bariko barishura ikosa ryabo, kuko bazoba biyamirije ingingo nashinze, bakanka urunuka ivyagezwe vyanje+.
43 Igihe batazoba bakiba muri ico gihugu, kizokwishura amasabato yaco+ kandi kizoguma ari umusaka ata wukibamwo. Na bo bazoba bariko barishura ikosa ryabo, kuko bazoba biyamirije ingingo nashinze, bakanka urunuka ivyagezwe vyanje+.