Abalewi 27:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ariko rero nta n’umwe akwiye kwegurira Imana igitungwa kivutse ubwa mbere kuko kivuka ari ica Yehova+. Yaba inka* canke intama, biba bisanzwe ari ivya Yehova+.
26 Ariko rero nta n’umwe akwiye kwegurira Imana igitungwa kivutse ubwa mbere kuko kivuka ari ica Yehova+. Yaba inka* canke intama, biba bisanzwe ari ivya Yehova+.