Guharura 2:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Hageze ko ihema ry’ibonaniro ryimuka+, ikambi y’Abalewi ikwiye kugendera hagati y’ayandi makambi. Uko bakurikirana mu gukambika ni ko bazokurikirana mu kugenda+, umwe wese mu kibanza ciwe, hisunzwe umugwi w’imiryango itatu arimwo.
17 Hageze ko ihema ry’ibonaniro ryimuka+, ikambi y’Abalewi ikwiye kugendera hagati y’ayandi makambi. Uko bakurikirana mu gukambika ni ko bazokurikirana mu kugenda+, umwe wese mu kibanza ciwe, hisunzwe umugwi w’imiryango itatu arimwo.