-
Guharura 11:26Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Ariko rero, hari abagabo babiri muri bo bari bagumye mw’ikambi. Umwe yitwa Elidadi, uwundi Medadi. Nuko impwemu ibazako, kuko na bo nyene bari mu banditswe, ariko ntibari bagiye kw’ihema ry’ibonaniro. Na bo baca batangura kuvuga ubuhanuzi mw’ikambi.
-